Uko wahagera

HCR Iremera Kuzotahukana Buri Kwezi Impunzi z'i Mahama Zizovyipfuza


Impunzi z'Abarundi Bahora mw'ikambi y'i Mahama igihe bashika ku mupaka wa gasenyi Nemba mu Kirundo. Kw'itariki 27/08/2020
Impunzi z'Abarundi Bahora mw'ikambi y'i Mahama igihe bashika ku mupaka wa gasenyi Nemba mu Kirundo. Kw'itariki 27/08/2020

Igice ca mbere c’Abarundi bagera kuri 493 bahungutse bavuye mu Rwanda kuri uyu wa kane. Bose bavuye mw’ikambi ya Mahama iri mu buseruko bw’ u Rwanda, ikambi irimwo Abarundi barenga ibihumbi 60. Abategetsi babahaye ikaze babemerera kubacungerera umutekano. HCR yemeje ko igikorwa nk’ico kizoja kiraba ku kwezi ku kwezi mu gihe hazoba hari abasavye gutahuka.

Ibindi kuri iyi nkuru, tubishikirizwa n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Rwanda, Claver Niyonkuru. Yari yishikiye ku mupaka wa Gasenyi-Nemba, ugabura u Rwanda n'Uburundi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:42 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG