Uko wahagera

Uburundi Bwakiriye Umuce wa Mbere w'Abarundi Bahungutse Bavuye i Mahama

Ku mupaka wa Gasenyi-Nemba, ugabura u Rwanda mu karere ka Bugesera n’Uburundi ntara ya Kirundo, hakiririwe impunzi zigera ku 493 zahungutse zivuye mw’ikambi ya Mahama iri mu buseruko bw’u Rwanda.
Abatahutse bagizwe ahanini n’abana n’abagore. Nka bose baturuka mu Ntara ya Kirundo nk’uko babitubwiye, inyuma y’urugendo rw’umunsi wose rwabakuye i Mahama.


Voma ibindi

XS
SM
MD
LG