Uko wahagera

Bombe Yatezwe mu Modokari Yishe Abantu 17 muri Afuganistani

A man takes pictures at the site of a car bomb blast on an intelligence compound in Aybak, the capital of the Samangan province in northern Afghanistan, Monday, July 13, 2020. Taliban insurgents launched a complex attack on the compound that began…

Abantu bashika kuri 17 bapfuye abandi 21 barakomereka muri Afuganistani igihe bombe yatezwe mu modokari yaturika mu gisagara ca Puli Alam, mu ntara ya Logar kuri uyu wa kane. Ni mu gihe abanyagihugu isinzi bariko barasuma ivyo bazokoresha ku munsi mukuru w’abayisilamu wa Eid al-Adha.

Umushikiranganji w’intwaro mu gihugu hagati yemeje ico gitero cabaye imbere y’iminsi itatu y’agahengwe ku guhagarika imirwano reta n’Abatalibani bihaye mu ntumbero yo kwubahiriza umunsi mukuru gatangura kuri uyu wa gatanu.

Umuvugizi w’Abatalibani, Zabihullah Mujahid yavuze ko ico gitero kitabaraba.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG