Uko wahagera

Impungenge z'Ishirahamwe HRW ku Matora yo mu Burundi


Urwego CENI rucungera amatora mu Burundi

Ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu Human Rights Watch mw'itangazo ryasohoye uno munsi rigaruka kuri aya matora, ryagarutse ku mpungenge z'indaye za politike zishobora kwiyongera mu bihe vy'amatora.

Mu cegeranyo caryo, ryemeje ko mu matohoza ryakoze ryasanze hari abakozi ba Leta n'abanywanyi b'umugambwe CNDD FDD bakoreye amabi abatavuga rumwe n'ubutegetsi.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza aratugezaho ibikubiye muri iryo tangazo.

Impungenge za HRW ku Matora yo mu Burundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:32 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG