Uko wahagera

Uganda Igeze ku Bantu 44 Banduye COVID-19


Ingenzi ku kibuga c'indege c'i Entebbe, muri Uganda.
Ingenzi ku kibuga c'indege c'i Entebbe, muri Uganda.

Ubushikiranganji bw'amagara y’abantu muri Uganda bwatangaje kuri uyu wa kabiri ko habonetse abandi bantu 11 bashasha banduye umugera wa Corona. Ibi biciye bishikana ku bantu 44 bamaze kuwandura muri ico gihugu.

Abo 11 bari basanzwe mu bibanza bakoranirijwemwo igihe bapimwa, nkuko bishikirizwa n’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG