Uko wahagera

Perezida Félix Tshisekedi Yatangaje Ibihe Bidasanzwe Kubera Corona

Perezida Félix Tshisekedi atangaza ingingo zafashwe kubera umugera wa Corona i Kinshasa, kw'italiki 18/03/2020.
Perezida Félix Tshisekedi atangaza ingingo zafashwe kubera umugera wa Corona i Kinshasa, kw'italiki 18/03/2020.

Perezida wa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo, Félix Tshisekedi kuri uyu wa kabiri yaratangaje ibihe bidasanzwe kubera ikiza ca Corona. Yarahagaritse ingendo ziva mu murwa mukuru Kinshasa zigana mu zindi ntara, kimwe n’iziva mu ntara zinjira muri Kinshasa.

Imipaka yose yarafunzwe uretse ku modoka n’indege bitwara imizigo.

XS
SM
MD
LG