Uko wahagera

Abasirikare 30 ba Mali Baguye mu Bitero vy'Iterabwoba


Abasirikare ba Mali batwaye uwabo yishwe mu ntara ya Gao, hagati mu gihugu

Abasirikare ba Mali bashika kuri 30 barishwe abandi batanu barakomereka mu gitero bakeka co cakozwe n’abakora iterabwoba kuri uyu wa kane mu buraruko bw’igihugu.

Inzego z'igisirikare zasiguye ko ico gitero cabereye ku kambi ya gisirikare y’i Tarkint, mu buraruko bw’intara ya Gao.

Ni co gitero cahitanye abasirikare benshi ba Mali muri aya mezi ane aheze.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG