Uko wahagera

Abashika 15 Bahitanwe n'Ubumara bwa Gaze muri Nijeriya


Abantu bashika kuri 15 bapfuye kuri uyu w’Imana ku murwa mukuru Lagos wa Nijeriya inyuma y’aho gaze iturikiye igasambura amazu 50.

Abajejwe gutabara bashikirije ko amazu, imodokari n’amapikipiki vyahiye biratokombera.

Ishirahamwe rya reta ya Nijeriya rya Peteroli ryashikirije ko iryo sanganya ryatewe n’ikamyo yagonze igicupa cuzuye ubumara bwa gaze mw’ihinguriro ihingurirwamwo.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG