Uko wahagera

Amerika Yigambye Ibitero Yagavye ku Barwanyi muri Iraki


Amerika irigamba ko igitero c’indege yaraye igavye ku bibanza vy’abarwanyi bafashwe mu mugongo n’igihugu ca Irani muri Iraki cagenze neza cane.

Igisirikare c’Amerika catangaje ko kigumije ubwato bubiri butwara indege z’intambara mu micungararo ya Iraki mu ntumbero yo guhangana na Irani.

Ibitero vy’ingabo z’Amerika ejo kuwa kane vygabwe ku birindiro bitanu bibikwamwo ibirwanisho. Ni ibitero vyagabwe mu ntumbero yo guhorera abasirikare b’Amerika babiri bahitanywe n’ibisasu vya roketi. Amerika yegeka ivyo bitero ku barwanyi bafashwe mu mugongo na Irani

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG