Uko wahagera

Imiliyoni 60 z'Abataliyano Babujijwe Uruja n'Uruza Kubwa Corona


Coronavirus Italy

Reta y’Ubutaliyano yakajije amategeko yo kubuza uruja n’uruza mu gihugu cose, aho abantu bashika imiliyoni 60 basabwe kuguma aho baba mu ntumbero yo kurwanya umugera wa Corona.

Abantu bafise akazi kadasanzwe canke abafise impamvu zijanye n’amagara yabo nib o bazokwemererwa kuva mu ntara baja mu yindi mu Butaliyano canke mu bindi bihugu.

Izi ngingo zitangura kuja mu ngiro kuri uyu wa kabiri, mu gihe mu Butaliyano abamaze kwandura bageze ku 9172, n’abamaze gupfa baduze gushika ku 463.


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG