Uko wahagera

Burundi: Akato ku Baturuka Mu Bihugu Birimo Umugera wa Corona


Abasirikali ba Koreya y'epfo basukura umujyi wa Seoul
Abasirikali ba Koreya y'epfo basukura umujyi wa Seoul

Leta y’Uburundi yafashe ingingo zikomeye zo kwirinda virusi ya corona imaze gukwira mu bihugu icyenda vyo ku mugabane wa Afurika.

Guhera kuri uyu wa gatanu Uburundi bwafashe ingingo zo gusuzuma abantu bose baza bavuye mu bihugu vy’Ubushinwa Ubuyapani, Irani, Koreya y'ubumanuko, Ubudage, Ubutaliyano, Esipanye n'Ubufaransa.

Ihoteri imwe ikomeye i Bujumbura Source du Nil yarafashwe na Reta kugira uwokwikekwa ajanweyo gukurikiranwa. Ubu nta yindi ngenzi n'imwe ijayo. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Rwanda Pierre Claver Niyonkuru ni we utugezaho iyi nkuru.

please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:05:23 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG