Uko wahagera

Kuki Uburusiya Bwifuza ko Perezida Trump Yongera Gutorwa?


Trump Putin Call
Trump Putin Call

Abategetsi bo mu gisata c’igendereza muri Reta zunze ubumwe z’Amerika bashikiriza ko Uburusiya buriko burivanga mu matora yo mu 2020 mu kugerageza gufasha Perezida Donald Trump kwongera gutorwa.

Ikinyamakuru candikira muri Amerika, The New York Times canditse kuri uyu wa kane ko abo bategetsi babwiye abashingamateka b'Amerika ivyo bikorwa vy’Uburusiya kw’itariki 13 y’uku kwezi kwa kabiri.

Ico kinyamakuru canditse kivuga kandi ko Perezida Trump yababajwe no kwumva aya makuru ashizwe ahabona.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG