Uko wahagera

Perezida Rouhani wa Irani Asaba Ubumwe mu Gihugu


Perezida wa Irani, Hassan Rouhani
Perezida wa Irani, Hassan Rouhani

Perezida wa Irani Hassan Rouhani kuri uyu wa gatatu yahamagariye abanyagihugu arongoye gufatana munda kandi yemera ko hakwiye kuba ibihinduka mu buryo igihugu kirongowe.

Abishikirije inyuma y’imyiyerekano y’urutavanako imaze imisi, y’abashavujwe n’indege ya Ukraine yarashwe na reta yabo.

Rouhani yashikirije kandi kuri uyu wa gatatu ko abanyairani bakeneye ko bose baserukirwa mu butegetsi asaba abajejwe amatora kwemerera abavyipfuza bose kwitoza.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG