Uko wahagera

Akanama ka ONU Kajejwe Umutekano Karihweza Ikibazo ca Libiya


Abagize inama ya ONU ijejwe amahoro n'umutekano bashashe i New York.
Abagize inama ya ONU ijejwe amahoro n'umutekano bashashe i New York.

Inama y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ijejwe amahoro n’umutekano irakorana kuri uyu wa mbere mu mwiherero ku kibazo ca Libiya, mu gihe Turukiya yatanguye kurungika inteko zayo muri ico gihugu.

Vyashikirijwe n’abadipolomate ba ONU kuri uyu w’Imana.

Turukiya ivuga ko igiye gushigikira reta ya Libiya y’i Tripoli yemewe na ONU.

Ibi biganiro vyo kuri uyu wa mbere vyasabwe n’Uburusiya kazoba ari akaryo ka mbere ako kanama ka ONU kajejwe umutekano kagize kihweza ibibazo vy’umutekano muri Libiya n’umuzo w’inteko za Turukiya.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG