Uko wahagera

Abashika 12 Bapfuye mw'Isanganya ry'Indege muri Kazakhstani


Indege yagize isanganya muri Kazakhstani

Indege yo muri Kazakhstani yari itwaye ingenzi zirenga 90 yakorotse ari ho yari igihaguruka mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu, ihitana abantu 12, abandi barenga 20 barakomereka.

Abajejwe ivy’indege za gisivile muri Kazakhstani bashikirije ko iyo ndege yari igiye ku murwa mukuru Nur-Sultan yasetse igihome c’uruzitiro hamwe n’inzu y’amagorofa abiri igihaguruka ku kibuga c’ingede mpuzamakungu ca Almaty.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG