Uko wahagera

Netanyahu Aremeza ko Yatsindiye Uburongozi bw'Umugambwe Likud


Umushikiranganji wa mbere wa Isirayeli Benjamin Netanyahu.
Umushikiranganji wa mbere wa Isirayeli Benjamin Netanyahu.

Umushikiranganji wa mbere wa Isirayeli Benjamin Netanyahu arigina ico yise intinzi ikomeye mu matora y’ibanze yabaye kuri uyu wa kane ku burongozi bw’umugambwe uri ku butegetsi, Likud.

Netanyahu yahiganwe n’uwahoze ari umushikiranganji mu gihugu, Gideon Saar ku burongozi bw’uyo mugambwe.

Uwuzoshirwa imbere mu burongozi bw’umugambwe ni we azoba umukandida ku matora y’umushikiranganji wa mbere yo mu kwezi kwa gatatu kuza.

Ibiharuro vya nyuma vyitezwe ku musi wa gatanu.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG