Uko wahagera

Umurwi wa ONU w'Amatohoza ku Burundi Wongerewe Umwaka


Icyumba akanama gakoreramo imirimo yako myinshi.
Icyumba akanama gakoreramo imirimo yako myinshi.

Akanama k’uburenganzira bwa muntu ka ONU kuri uyu wa gatanu nibwo kemeje ko Umugwi w’abahinga ba ONU ujejwe amatohoza ku Burundi wongerwa ikiringo c’umwaka kugira ugume utohoza uko agateka ka muntu kifashe mu gihugu.

Ibihugu 23 ni vyo vyemeje ko ico kiringo congerwa, 11 ntivyemeje iyo ngingo na yo 13 ntaco vyabivuzeko. Mu bihugu 13 by’Afurika biri muri ako kanama, u Rwanda ni rwo rwonyine rwemeje ko ico kiringo congerezwa. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Desire Hatungimana ari i Kigali ni we yakurikiranye iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:11 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG