Abanyabulayi baratoye ku musi wa kane inama nshingamateka y’Umuryango wunze ubumwe w’ibihugu vya Bulaya. Mu bakandida bo mu Bwongereza harimwo Pacelli Ndikumana, akomoka mu Burundi.
Umugambwe arimwo, UK European Union Party, wavutse muri uyu mwaka.
Umumenyeshamakuru Fidele Niyongabo, Ijwi rya Amerika:
Facebook Forum