Uko wahagera

Amerika mu Mugambi wo Kwongereza Abasirikare mu Kigobe c'Abarabu


FILE - The Pentagon building is seen in Washington.
FILE - The Pentagon building is seen in Washington.

Ubushikiranganji bwo kwivuna abansi muri Reta zunze ubumwe z’Amerika bwipfuza kurungika ibindi bihumbi vy’abasirikare mu karere ko mu buseruko bwo hagati, bivanye n’icuka kibi gishobora kuvamwo intambara hagati ya Irani na Washington.

Ubwo bushikiranganji kuri uyu wa kane niho bushikiriza ibiro vya perezida, White House uwo mugambi, urimwo no gusaba kurungika ubundi bwato bw’intambara na Misile.

Uruhagarara hagati ya Teherani na Washington rwatanguye kuva perezida Donald Trump atangaje ingingo yo guhagarika ibitoro Irani ishorera mu makungu no kwongereza abandi basirikare mu kigobe c’abarabu.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG