Uko wahagera

Mike Pompeo mu Rugendo aho Agiye Guhura na Mugenzi we w'Uburusiya


Mike Pompeo mu Rugendo aho Agiye Guhura na Mugenzi we w'Uburusiya
please wait

No media source currently available

0:00 0:00:27 0:00

Umushikiranganji ajejwe imigenderanire ya Amerika n'amakungu mu rugendo aho agiye guhura na mugenzi we w'Uburusiya. Muri uwo mubonano Uburusiya bwiteze ko Amerika ivuga aho ihagaze ku cuka kibi hagati ya Amerika na Irani. Uburusiya bwagiriza Amerika ko ariyo itera ico cuka kibi.

XS
SM
MD
LG