Uko wahagera

FRODEBU Wibutse Prezida Ntaryamira Sipiriyani mu Burundi


Bamwe mu ndongozi z'umugambwe FRODEBU
Bamwe mu ndongozi z'umugambwe FRODEBU

Umugambwe Sahwanya FRODEBU wongeye gusaba amakungu guterera kugira ukuri ku rupfu rwa Sipiriyani Ntaryamira yahoze arongoye Uburundi kumenyekane. Uwurongoye uwo mugambwe yabishikirije kw'itariki ya 6 y'ukwezi kwa kane 2019.

Kuri uwo munsi ni bwo Uburundi bwahimbaje imyaka 25 irangiye uwo yahoze arongoye igihugu ahitanywe n'isanganya ry'indege yarasiwe hafi y'i Kanombe mu gihugu cy'u Rwanda.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika uri i Kigali mu Rwanda Pierre Claver Niyonkuru aduhe ibisiguro.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:06 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG