Uko wahagera

Ikibazo c’Ibikorwa vy’Inguvu mu Bana mu Ntara zo Hagati mu Burundi


Archives: Rwanda Child Labor

Umwana w’imyaka 10 yaguweko n’umusozi ariko yimba ibumba ry’amatafari, ahitwa mu Rutoke muri komine Makebuko, intara ya Gitega aca yitaba Imana. Amashirahamwe aharanira agateka k’abana asaba Reta guhagurukira ikibazo c’abana bakoreshwa ibisaba inguvu. Umviriza inkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:31 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG