Uko wahagera

Burundi: Abanyeshure b'Abatutsi Biciwe mu Kibimba Baributswe


Ku musi w’Imana, italiki 21 ukwezi kwa 10, hibutswe ku ncuro ya 25, abanyeshule b’abatutsi biciwe kw’ishule ryisumbuye ryo mu Kibimba, komine Giheta, intara ya Gitega mu Burundi.

Ivyo birori vyabereye ahitwa kwibubu hubatswe ico cibutso kandi nta muntu n’umwe aserukira intwaro yari yavyitavye.

Ivyo birori vyo kwibuka abo bana bibaye mu gihe hari impari ku bijanye n’ivyibutso vyubakwa aha na hariya mu Burundi.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry'Amerika mu Burundi, Fidele d’Antoine Nsabimana yarabikurikiranye

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:39 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG