Uko wahagera

Cholera Imaze Guhitana 20 muri Zimbabwe


Igihugu ca Zimbabwe catangaje ko kiri mu bihe bidasanzwe vy’ikiza ca cholera ku murwa mukuru Harare, inyuma y’aho abantu 20 bapfiriye kubwo kunywa amazi yanduye imigera.

Umushikiranganji w’amagara y’abantu, Obadiah Moyo avuga ko abanyagihugu barenga ibihumbi bibiri bafashwe na Cholera.

Abantu barenga ibihumbi bine barapfuye abandi ibihumbi bine bafatwa na Cholera mukiza co mu mwaka w’2008 muri Zimbabwe.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG