Uko wahagera

Ihiganwa ry’Abana Bamenyeshamakuru Ryarangiye i Gitega.


Ihiganwa ry’abana bamenyeshamakuru ku rwego rw’igihugu ryarangiye kuri uno wa gatanu mu gisagara ca Gitega.

Mu bushikiranganji bwo kumenyesha amakuru, bavuga ko iryo higanwa rijejwe gukangurira abana gushobora gukwirikirana amakuru avugwa hirya no hino kw’isi.

N'ihiganwa ryateguwe na Reta y'Uburundi ku bufasha bw'ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho ineza y'abana kw'isi UNICEF.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Fidele d'Antoine Nsabimana niwe yaduteguriye iyi nkuru:

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:07 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG