Uko wahagera

Abafaransa 4 n'Umurundi Bagirizwa Kwiba Bakoresheje Uruyeri


Abafaransa bane n'umurundi umwe barahagaritswe ku mugwa mukuru Bujumbura kuri uyu wa gatanu.

Igipolisi c'Uburundi kibagiriza kwiba bakoresheje uruyeri( escroquerie) hamwe n'ivyaha vy'ubunyonyezi.

Umurundi yafashwe Donatien Ndayishimiye, asanzwe ari umukozi mukuru mu biro vy'iperereza.

Uwuserukira Ubufaransa mu Burundi yabwiye Ijwi ry'Amerika ko gushika ubu ataco yobivugako.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG