Uko wahagera

Mundial 2018 mu Burusiya ku Musi Wayo w'Indwi


Uyu musi wa gatatu ni umusi ugira ndwi w’inkino zo mu ntango z’igikombe c’isi yose c’umupira w’amaguru kiriko kibera mu gihugu c’Uburusiya.

Mu nkino z’uno musi ku wa gatatu, igihugu ca Portugal gihura na Maroke,

Urugway Gihure na Arabiya Sawudite,

Irani gihure na Espanye.

Mu bihugu vyaserukiye umugabane w’Afrika, Senegal nico gihugu ca mbere kimaze kuvyifatamwo neza mur’izi nkino za mbere mu gutsinda Polonye 2-1 mu rukino rwabaye ejo ku musi wa kabiri.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG