Uko wahagera

Ubudagi: Igipolisi Carashe Umuntu Yahatswe Kugira Igitero Mw'Ishengero


Germany Attack
Germany Attack

Igipolisi c’Ubudagi gitanganza ko kur'uyu wa mungu carashe umuntu yariko agendana imbugita afise ishavu ryinshi mw'ishengero. Ivyo vyabayei k'umugwa mukuru I Berlin.

Kur’urubugwa gwa twitter igipolisi kivuga kw’uwo mugabo yar’afise iyo mbugita yarashwe kukuguru. Muri iryo tangazo igiplisi congeyeko ko hariho umupolisi yakomerekeye muri urwo ruhagarara.

Igipolisi gitangaza kw’uwo muntu yari umutama w’imyaka 53 kikavuga ko atampamvu zo gukeka kw’ico gitero cari gifise intumbero y’iterabwoba (terorizme).

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG