Uko wahagera

26 Baraye Bagandaguwe mu Ntara ya Cibitoke mu Burundi

Abantu 26 bangandaguwe 7 barakomereka, muri iri joro ry uwagatanu rishira uwa gatandatu mu ikomini ya Buganda intara ya Cibitoke. Mu gipolisi bamenyesha ko batewe n umugwi w iterabwoba wazananye mu gihugu kibanyi ca Congo.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG