Uko wahagera

CNDD-FDD Yatangurije Isekeza rya Kamarampaka i Gitega


Abategetsi b'Umugambwe CNDD-FDD mu birori vy'ugutanguza isekeza rya Kamarampaka i Gitega
Abategetsi b'Umugambwe CNDD-FDD mu birori vy'ugutanguza isekeza rya Kamarampaka i Gitega

Umugambwe CNDD-FDD, watangurije isekeza ryo kuzotora ego mu matora yo kwemeza canke guhakana ihinyanyurwa ry'ibwirizwa shingiro mu ntara ya Gitega.

Presida Nkurunziza, abategetsi batandukanye b'igihugu no mu mugambwe CNDD-FDD , bamwe mu baserukira ibihugu bari baje mrui komine ya bugendana ahabereye ico gikorwa.

Abafashe ijambo n'umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD hamwe n'umukuru w'igihugu c'Uburundi.

Umumenyeshamakuru Fidele d'Antoine Nsabimana, Ijwi rya Amerika, i Gitega:

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:21 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG