Uko wahagera

Ihiganwa rya CECAFA rihuza imirwi nserukirabihugu y’abatarenza imyaka 17

Ihiganwa rya CECAFA rihuza imirwi nserukirabihugu y’abatarenza imyaka 17 yo mu bihugu vya Afirika y’ubuseruko n’iyo hagati ririko ribera mu Burundi rigeze mu ca kabiri c’irangiza demi finale. Kuri stade y’i Muyinga kuri uno wa gatatu haza gutana mu mitwe imirwi nserukirabihugu ya Tanzaniya na Kenya. Kuri stade y’i Gitega naho haza gukina imirwi ya Ouganda na Somaliya.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG