Uko wahagera

Kwibuka Jenoside i Arusha muri Tanzaniya


Claver Niyonkuru

Ubuserukizi bw’u Rwanda muri Tanzaniya buhamagarira ibihugu vy’akarere k’ibiyaga binini bicinyegejemwo abakekwa gukora ihonyabwoko mu Rwanda kubashira imbere y’ubutungane. Ni ubutumwa bwatanzwe mu kwibuka ku ncuro ya 24, jenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994, i Arusha muri Tanzaniya.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Pierre Claver Niyonkuru yari ahari.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:32 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG