Uko wahagera

Abadipolomate 60 ba USA Bavuye mu Burusiya


Ama Bus atwaye abadipolomate avuye kuri Ambasade y'Amerika i Moscou, Uburusiya, itariki 5/04/2018.
Ama Bus atwaye abadipolomate avuye kuri Ambasade y'Amerika i Moscou, Uburusiya, itariki 5/04/2018.

Abadipolomate b’Abanyamerika 60 birukanwe n’Uburusiya mu kwihora Reta zunze ubumwe z’Amerika, bavuye mu gihugu kur’uyu wa kane, ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa kane na deparotema ya reta ya Reta zunze ubumwe z'Amerika.

Umuvugizi w'iyo deparotema yavuze ko iyo ngingo y’Uburusiya yo kwita abo badipolomate abadakenewe mur’ico gihugu ata fatiro ifise.

Uko kubirukana kwabaye ukwihora ingingo nk’iyo yafashwe na Reta zunze ubumwe z’Amerika hamwe n’ibindi bihugu vya Buraya, inyuma y’aho Uburusiya bwagirijwe ko aribwo bwagira bwice umusumyi w’urusaku w’Umurusiya hamwe n’umukobwa wiwe mu Bwongereza mu kubaha ishano.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG