Uko wahagera

EAC: Benjamin Mkapa Yizewe Kubandanya Ahuza Abarundi


Mkapa
Mkapa

Inama igira 19 ihuza abakuru b’ibihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y’Ubuseruko yariko ikoranira i Kampala mu Buganda yamenyesheje ko Benjamin Mkapa umuhuza mu biganiro vy’Abarundi agiye kubandanya afasha Abarundi gutorera inyishu ibibazo bibatandukanya.

Iyo nama yasavye kandi ababijejwe gukora ku buryo haboneka uburyo bukenewe mur’ivyo biganiro. Uwo muryango kandi uremeza ko mu gihe atacogorana, bazoba bakoresha ifaranga rimwe mu mwaka w’2024.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika I Kampala mu Buganda Ignatius Bahizi araduha inkuru iramvuye.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:48 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG