Uko wahagera

Kirundo: Imvura y'Isegenya Yagisibije


Imvura y'isegenya

Amazone atatu ya komine Kirundo niyo yaraye ahuye n’akaga k’imvura ivanze urubura n’umuyaga mwinshi, yaguye ku mugoroba wo kur' uyu wa kane. Ayo mazone ni Gikuyo, Kirundo-Centre na Kirundo –Rural. Mu biboneka cane vyahitanywe n’iyo mvura, amazu aza ubwa mbere.

N'inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, JEan Bosco Ndarurinze, ari mu KIrundo mu Burundi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:49 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG