Uko wahagera

Burundi: Umucamanza Yasabiye Abanywanyi ba Parcem Gufungwa


photo archive
photo archive

Abanywanyi batatu b’ishirahamwe PARCEM bumvirijwe ubugira kabiri na sentare nkuru ikukira intara ya Muramvya. Urwo rubanza rwari rwashizwe mu mwiherero.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, i Bujumbura mu Burundi, Raymond Nzimana, yakurikiranye urwo rubanza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:32 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG