Uko wahagera

Iduzwa ry’Ibitoro mu Burundi


Iduzwa ry’Ibitoro mu Burundi
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:04:44 0:00

Ku musi wa gatanu, Reta y’Uburundi yaradugije ibiciro vy’ibitoro. Yashizeko amahera ijana na mirongo itanu ku bitoro vya esensi na mazutu. Reta yashizeko kandi n’ibiciro bishasha vyo kwiyunguruza mu gisagara ca Bujumbura no hagati mu gihugu.

XS
SM
MD
LG