Uko wahagera

Bujumbura: Abamenyeshamakuru 4 Bumvirijwe na Sentare Nkuru


Abamenyeshamakuru bari mu myiyerekano (photo archive)

Abamenyeshamakuru bane bakorera iradio Ntumbero FM bumvirijwe muri sentare nkuru ikukira komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura.

Bagirizwa n’ishengero ry’urutare kwiba ivyuma bakoresha kur’iyo radio yahagaritswe n’urwego CNC kuva mu kwezi kwa 12 umwaka wa 2017.

Abaregwa bavuga ko iyo shengero batayizi nayo ivyuma ko bazobitanga ar’uko umukoresha wabo abatunganirije. Bategetswe kuzosubira kwitaba kur’uyu wa gatatu.

Ni inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika Raymond Nzimana ari i Bujumbura.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:15 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG