Uko wahagera

Inama ya ONU Ijejwe Umutekano Yakiriye Ibihugu 6


Inama ya ONU Ijejwe amahoro n'Umutekano kw'isi
Inama ya ONU Ijejwe amahoro n'Umutekano kw'isi

Inama ya ONU ijejwe umutekano kw’isi yarakiriye ibihugu 6 bitari ntayegayezwa. Ivyo navyo ni Guinee Equatorial, Kote d’Ivuware, Koweit, Ubuholande, Peru na Polande.

Bizoba bifise ijambo mugihe ako kanama kazoba kariko gahangana n’ibibazo vy’amahoro n’umutekano ku rwego mpuzamakungu.

Mwomenya ko inama ya ONU ijejwe amahoro n’umutekano kw’isi igizwe n’ibihugu 15, bitanu muri vyo Ubushinwa, Ubufaransa, Uburusiya, Ubwongereza hamwe na Reta zunze ubumwe z’Amerika bifise ibibanza ntahegahezwa kandi kimwe cose gishobora kubuza ingingo yose itagifitiye inyungu kurengana mur'ako ka nama.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG