Uko wahagera

Tayilande: Impinja Zivuka muri ino Ndwi Zambikwa Impuzu z'Utubwa


Impinja zivukira mu bitaro vyo ku murwa mukuru wa Tayilande,Bangkok, zambikwa impuzu zagenewe utubwa. Ni mu ntumbero yo kwitegurira umwaka mushasha uhimbazwa mu kwa kabiri muri ico gihugu. Muri Tayilande no mu bushinwa, imyaka yitirirwa ibikoko 12: Umwaka uza muri ivyo bihugu, witiriwe"Imbwa".

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG