Uko wahagera

Umunyekongo Akora Impuzu mu Dukingirizo


Umunyekongo Akora Impuzu mu Dukingirizo
please wait

No media source currently available

0:00 0:00:54 0:00

Felicite Luwungu, umu nyamideri wo mu gihugu ca Kongo,yahisemwo kuza arashona impuzu zikozwe mu dukingirizo, mu ntumbero yo guhimiriza abantu kwikingira indwara zifatira mu bihimba vy'irondoka. Luwungu, agitangura uwo mugambi,umuryango n'ikibano ntibamushigikira,yamara ubu baramutera intege.

XS
SM
MD
LG