Uko wahagera

Inama Igira 20 ya COMESA Ishobora Kuzobera mu Burundi


Inama Igira 20 ya COMESA Ishobora Kuzobera mu Burundi
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:02:04 0:00

Inyuma yaho umuryango wa COMESA uvugiye ko Uburundi budashobora kwakira inama y'abakuru b'ibihugu n'ama Leta abarizwa muri uwo muryango, ubu wisubiyeko. Kuri uyu wa kane hari intumwa za COMESA ziriko zigendera Uburundi. Zemeza KO iyo nama izobera mu Burundi mu kwezi kwa kane umwaka uza.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG