Uko wahagera

Babiri Bahitanwe n'imvura muri Buganda ya Cibitoke


Babiri Bahitanwe n'imvura muri Buganda ya Cibitoke
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:32 0:00

Imvura yaguye kuwa mungu mw'ijoro yahitanye abantu babiri muri komini ya Buganda mu ntara ya Cibitoke mu Burundi. Iyo mvura yarononye kandi imirima, amazu n'amabarabara. Mu ntwaro basaba ko abubaka amazu bokwisunga amategeko mu gukinga impanuka zimwe zimwe zituruka ku mvura nyishi.

XS
SM
MD
LG