Kur’ uyu wa mbere hatanguye ihiganwa ry'amakinga ryitiriwe" Pedal For Peace".
Prezida Pierre Nkurunziza yifadikanije n'abanonotsi, yongera avuga kw’iryo higanwa ryerekanye kw’amahoro asasagaye mu Burundi.