Uko wahagera

Ihiganwa "Pedal for Peace" ryatangujwe Icese i Ngozi mu Burundi


Ihiganwa "Pedal for Peace" ryatangujwe Icese i Ngozi mu Burundi
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:04:39 0:00

Kur’ uyu wa mbere hatanguye ihiganwa ry'amakinga ryitiriwe" Pedal For Peace". Prezida Pierre Nkurunziza yifadikanije n'abanonotsi, yongera avuga kw’iryo higanwa ryerekanye kw’amahoro asasagaye mu Burundi.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG