Uko wahagera

Gerenade Yakomerekeje 2 i Bujumbura


Gerenade i Bujumbura mu Burundi
Gerenade i Bujumbura mu Burundi

Muri zone Bwiza hagati mu gisagara ca Bujumbura, mw’ijoro ryo kuri uyu w’Imana, hatewe gerenade.

Iyo grenade yatewe hafi y'ahantu hari ibirabo vyinshi yakomerekeje abantu babiri.

Ibindi kuri iki gitero murabyumva muri iki kiganiro Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Aloys Bigirimana uri i Washington DC yagiranye n’uri i Bujumbura mu Burundi, Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:15 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG