Uko wahagera

Abashingantahe babandanya batatura amatati mu kibano

Ibanga ry'abashingantahe ryari iryo kuzuriza abantu bafise ivyo bapfa. Uno munsi barabandanya gutunganiriza ababituye ku matati atandukanye.

Abashingantahe bo muri commune ya Muramvya bamenyeshako ari ibanga rikomeye kandi barangura bafadikanije n'abari mu ntwaro bataravye nkunzi.

Ivyo bituma amatati aja muri za sentare agabanuka kuko bene gutata baba bemeye ivyashikirijwe n'abashingantahe.


Voma ibindi

XS
SM
MD
LG