Uko wahagera

Tanzania: Ubutegetsi bwa Prezida John Magufuli


Inyuma y’imyaka ibiri amaze mu mabanga ya Prezida wa Tanzania, John Magufuli yarahinduye ibintu vyinshi mu gihugu ciwe. Mur’ivyo bintu harimwo kuba yarateje imbere itrambere ubutunzi, hamwe n ‘ukugwanya ibiturire na ruswa. Inkuru y’umumenyeshamakuru, Yusuf I Dar-Es-Salaam.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG