Uko wahagera

Umudereva aba i Kigali niwe yatsinze ihiganwa ry'ugusiganwa n'imiduga mu Burundi


Umudereva aba i Kigali niwe yatsinze ihiganwa ry'ugusiganwa n'imiduga mu Burundi
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:03:38 0:00

Mu Burundi Kuri uyu wa gatandatu niho harangira ihiganwa ryo gusiganwa n'imiduga ryatunganijwe kuva ku musi wa gatanu. Uwaritsinze n'uwitwa Jean Carlo aba i Kigali mu Rwanda.

XS
SM
MD
LG