Uko wahagera

FIFA: Amatsinda y’Amakipi muri Mundial 2018 Yamenyekanye


Ivyavuye muri Tombora yo gutora ingene imirwi izotana mu mitwe muir 2018

Ivyavuye muri tombora yo gutora ingene imirwi izotana mu mitwe mw’ihiganwa ry’igikombe c’isi yose mu rukino rw’umupira w’amaguru vyatangajwe kuri uno wagatanu I Kremlin mu Burusiya. Ibihugu vya Maroc na Tuniziya bisa nk'ibitazokoroherwa. Irabire ingene imirwi izotana mu mitwe:

Umurwi A : Russie, Arabie Saoudite, Egypte, Uruguay

Umurwi B : Portugal, Espagne, Maroc, Iran

Umurwi C : France, Australie, Danemark, Pérou

Umurwi D : Argentine, Islande, Croatie, Nigeria

Umurwi E : Brésil, Suisse, Costa Rica, Serbie

Umurwi F : Allemagne, Mexique, Suède, Corée du Sud​

Umurwi G : Belgique, Panama, Tunisie, Angleterre

Umurwi H : Pologne, Sénégal, Colombie, Japon

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG